ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Nishura umwami nti: «Umwami nahangame! Noreka gute kubabara kandi igisagara bahamvyemwo ba sogokuruza carasambuwe n’amarembo yaco agaturirwa+?»

  • Zaburi 84:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Ndashashaye cane,

      emwe ndipfuza cane

      ibigo vya Yehova+.

      Umutima wanje n’umubiri wanje birashemeza Imana nzima.

  • Zaburi 102:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Emwe, uzohaguruka ugirire imbabazi Siyoni+,

      kuko hageze ko uyigirira ubuntu+.

      Igihe washinze cageze+.

      14 Kuko abasavyi bawe bahimbarwa n’amabuye yaho+,

      bagakunda cane n’ivu ryaho+.

  • Yesaya 62:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 62 Ku bwa Siyoni sinzonuma+,

      kandi ku bwa Yeruzalemu sinzotekereza,

      gushika ubugororotsi bwaho bukayanganye nk’umuco wakaka+,

      ubukiriro bwaho na bwo bukaka nk’ikimuri+.

  • Yeremiya 51:50
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 50 Yemwe abakize inkota, nimugume mugenda. Ntimuhagarare+.

      Nimwibuke Yehova muri kure,

      kandi mwiyumvire Yeruzalemu+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika