ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 30:34-36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Yehova yongera kubwira Musa ati: «Uzofate ibirungo+ bikurikira: natafu, sheheleti, galubano na olibani* itavanze. Uzogire ibipimo bingana. 35 Uzobikoramwo imibavu+. Ivyo birungo bikwiye kuba bivanze ku buhinga, birimwo umunyu+, bityoroye kandi ari vyeranda. 36 Uzosekura imibavu mikeyi ivemwo agafu kanoze, uce ufata gakeyi ugashire imbere y’isandugu* iri mw’ihema ry’ibonaniro, hamwe nzokwiyerekera. Iyo mibavu ikwiye kuba myeranda cane kuri mwebwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika