1 Samweli 22:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Nuko Dawidi ava ng’aho+, ahungira mw’isenga ry’i Adulamu+. Benewabo n’abandi bose bo mu muryango wa se bavyumvise, bamusangayo. 1 Samweli 24:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Sawuli ashika ahantu hari impongore z’intama zubakishijwe amabuye zari iruhande y’inzira. Aho hantu hari isenga. Sawuli yinjirayo kwitabara*, mu gihe Dawidi n’abantu biwe bari bicaye hirya cane muri iryo senga+. Abaheburayo 11:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Mvuge iki kandi? Umwanya womperana ntandukiriye ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+, Samweli+ n’abandi bahanuzi. Abaheburayo 11:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Isi ntiyari ibabereye. Barayerera mu bugaragwa, mu misozi, mu masenga+ no mu myobo y’isi.
22 Nuko Dawidi ava ng’aho+, ahungira mw’isenga ry’i Adulamu+. Benewabo n’abandi bose bo mu muryango wa se bavyumvise, bamusangayo.
3 Sawuli ashika ahantu hari impongore z’intama zubakishijwe amabuye zari iruhande y’inzira. Aho hantu hari isenga. Sawuli yinjirayo kwitabara*, mu gihe Dawidi n’abantu biwe bari bicaye hirya cane muri iryo senga+.
32 Mvuge iki kandi? Umwanya womperana ntandukiriye ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+, Samweli+ n’abandi bahanuzi.