1 Samweli 20:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Sawuli aca amutera icumu kugira ngo amwice+. Yonatani araheza amenya ko se yari yiyemeje kwica Dawidi+. 1 Samweli 23:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Araza ashika ku ruhande rumwe rw’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari ku rundi. Dawidi n’abantu biwe bihutira guhunga+ Sawuli, mugabo Sawuli n’ingabo ziwe baguma babasugereza kugira ngo babafate+. 1 Samweli 25:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nihagira uwugukurikira arondera kukwica databuja, Yehova Imana yawe azozigama ubuzima bwawe nk’aho yoba abutekeye mw’isaho y’ubuzima. Mugabo ubuzima bw’abansi bawe, azobuterera kure nka kurya kw’ibuye bateresheje umugozi*.
33 Sawuli aca amutera icumu kugira ngo amwice+. Yonatani araheza amenya ko se yari yiyemeje kwica Dawidi+.
26 Araza ashika ku ruhande rumwe rw’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari ku rundi. Dawidi n’abantu biwe bihutira guhunga+ Sawuli, mugabo Sawuli n’ingabo ziwe baguma babasugereza kugira ngo babafate+.
29 Nihagira uwugukurikira arondera kukwica databuja, Yehova Imana yawe azozigama ubuzima bwawe nk’aho yoba abutekeye mw’isaho y’ubuzima. Mugabo ubuzima bw’abansi bawe, azobuterera kure nka kurya kw’ibuye bateresheje umugozi*.