Yobu 38:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Ni nde ategurira igikona ivyo kirya+igihe ibiswi vyaco biguma bitabaza Imana,bikaguma biyerera irya n’ino kubera vyabuze ico birya? Luka 12:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Itegereze ibikona: ntibibiba imbuto canke ngo vyimbure. Ntibigira ububiko canke ibigega, ariko Imana irabigaburira+. None mwebwe ntimurusha agaciro inyoni kure n’iyo+?
41 Ni nde ategurira igikona ivyo kirya+igihe ibiswi vyaco biguma bitabaza Imana,bikaguma biyerera irya n’ino kubera vyabuze ico birya?
24 Itegereze ibikona: ntibibiba imbuto canke ngo vyimbure. Ntibigira ububiko canke ibigega, ariko Imana irabigaburira+. None mwebwe ntimurusha agaciro inyoni kure n’iyo+?