ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 31:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Baragowe abamanuka mu Misiri kurondera imfashanyo+,

      abishimira amafarasi+,

      bakizigira imikogote y’intambara kubera ari myinshi,

      bakizigira n’amafarasi y’intambara* kubera ko akomeye.

      Mugabo ntibahanga amaso wa Mweranda wa Isirayeli,

      ntibarondera Yehova.

  • Hoseya 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Ariko nzogirira imbabazi inzu ya Yuda+, kandi jewe Yehova Imana yabo nzobarokora+. Nzobarokora ntakoresheje umuheto, inkota, intambara, amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika