Abalewi 26:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nzobaha amahoro mu gihugu+, mwiryamire ata nkomanzi+. Nzokwirukana mu gihugu ibikoko vyo mw’ishamba bikaze kandi nta ntambara izoba mu gihugu canyu*. Yesaya 60:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mu kibanza c’umujumpu nzozana inzahabu,mu kibanza c’icuma nzane ifeza,mu kibanza c’igiti nzane umujumpu,mu kibanza c’amabuye na ho nzane icuma.Kandi nzogena amahoro ngo akubere umuhagarikizi*,n’ubugororotsi ngo bukubere uwutanga ibikorwa+.
6 Nzobaha amahoro mu gihugu+, mwiryamire ata nkomanzi+. Nzokwirukana mu gihugu ibikoko vyo mw’ishamba bikaze kandi nta ntambara izoba mu gihugu canyu*.
17 Mu kibanza c’umujumpu nzozana inzahabu,mu kibanza c’icuma nzane ifeza,mu kibanza c’igiti nzane umujumpu,mu kibanza c’amabuye na ho nzane icuma.Kandi nzogena amahoro ngo akubere umuhagarikizi*,n’ubugororotsi ngo bukubere uwutanga ibikorwa+.