ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 34:12, 13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ni nde muri mwebwe yipfuza guhimbarwa mu buzima

      no kwiberaho igihe kirekire ahimbawe+?

      נ [Nuni]

      13 Narinde rero ururimi rwiwe kuvuga ibibi+,

      n’iminwa yiwe ayirinde kuvuga ibinyoma+.

  • Malaki 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Nzoza aho muri kugira ndabacire urubanza kandi nzobanguka kuba icabona cagiriza abapfumu+, abarenga ibigo, abarahira ibinyoma+, abazuruma* umucangero+ n’umupfakazi n’impfuvyi*+ be n’abanka gufasha umunyamahanga*+. Abo ntiberekanye ko bantinya», ni ko Yehova Nyeningabo avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika