ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 13:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Ni co gituma nzotuma ijuru rijugumira,

      isi na yo itigite ive aho yari iri+,

      kubera uburake jewe Yehova Nyeningabo nzoba mfise ku musi w’ishavu ryanje rirurumba.

  • Abaheburayo 12:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Ico gihe ijwi ryiwe ryaranyiganyije isi+, mugabo ubu yasezeranye ati: «Ngira nyiganyize isi rindi rimwe, n’ijuru ndarinyiganyize+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika