ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 10:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Umwe ari Umuco+ wa Isirayeli azoba umuriro+,

      Umweranda wiwe abe urubeya.

      Umuriro uzorurumba uturire ivyatsi vyiwe bibi n’ibisaka vyiwe vy’amahwa mu musi umwe.

      18 Azoherengeteza ubwiza bw’ikibira ciwe n’ubw’umurima wiwe w’ivyamwa.

      Bizoba nka kurya umuntu arwaye agenda arahera+.

  • Ezekiyeli 20:47
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 47 Bwira ikibira co mu bumanuko uti: “Niwumve ijambo rya Yehova. Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ehe ngira ndomeke umuriro ukwereke+, uturire uherengeteze igiti cose kibisi n’igiti cose cumye kiri iwawe. Urubeya rururumba ntiruzozima+, kandi ruzobabura mu maso h’abantu bose, kuva mu bumanuko gushika mu buraruko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika