1 Timoteyo 1:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Wa Mwami w’ibihe bidahera+ rero, umwe adapfa*+, ataboneka+, we Mana yonyene+, nahabwe iteka n’ubuninahazwa gushika ibihe bidahera. Amen.
17 Wa Mwami w’ibihe bidahera+ rero, umwe adapfa*+, ataboneka+, we Mana yonyene+, nahabwe iteka n’ubuninahazwa gushika ibihe bidahera. Amen.