Abaheburayo 11:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kubera ukwizera turatahura yuko ibiriho vyose* vyashizweho* biciye kw’itegeko ry’Imana, ku buryo ivyo tubona vyaje biva mu vyo tutabona.
3 Kubera ukwizera turatahura yuko ibiriho vyose* vyashizweho* biciye kw’itegeko ry’Imana, ku buryo ivyo tubona vyaje biva mu vyo tutabona.