Zaburi 3:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nzosemerera ntabaza Yehova,kandi azonyishura ari ku musozi wiwe mweranda+. (Sela) Zaburi 145:18, 19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Yehova ari hafi y’abamwambaza bose+,abamwambaza mu kuri* bose+. ר [Reshi] 19 Ahaza icipfuzo c’abamutinya+.Arumva ugutakamba kwabo, akabakiza+. Abaheburayo 5:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Igihe Kristu yaba kw’isi*, yaratakambiye Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu yongera aramusaba, hariko n’amaborogo akomeye be n’amosozi+, kandi yarumviwe kubera ko yatinya Imana.
18 Yehova ari hafi y’abamwambaza bose+,abamwambaza mu kuri* bose+. ר [Reshi] 19 Ahaza icipfuzo c’abamutinya+.Arumva ugutakamba kwabo, akabakiza+.
7 Igihe Kristu yaba kw’isi*, yaratakambiye Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu yongera aramusaba, hariko n’amaborogo akomeye be n’amosozi+, kandi yarumviwe kubera ko yatinya Imana.