Zaburi 26:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ewe Yehova, ncira urubanza kuko nagendeye mu gutungana kwanje+.Ewe Yehova, narakwizigiye ntakekeranya+. Zaburi 96:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 imbere ya Yehova, kuko agira aze*.Agira aze gucira urubanza isi. Azocira urubanza isi mu bugororotsi+,acire urubanza abantu mu bwizigirwa+.
26 Ewe Yehova, ncira urubanza kuko nagendeye mu gutungana kwanje+.Ewe Yehova, narakwizigiye ntakekeranya+.
13 imbere ya Yehova, kuko agira aze*.Agira aze gucira urubanza isi. Azocira urubanza isi mu bugororotsi+,acire urubanza abantu mu bwizigirwa+.