Zaburi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Haguruka Yehova! Nkiza+ Mana yanje! Uzokubita abansi banje bose mu misaya.Uzovunagura amenyo y’ababisha+. Zaburi 35:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Ewe Yehova, nuburanye abamburanya+,urwanye abandwanya+.
7 Haguruka Yehova! Nkiza+ Mana yanje! Uzokubita abansi banje bose mu misaya.Uzovunagura amenyo y’ababisha+.