Itanguriro 18:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ntiwokwubahuka gukora ikintu nk’ico, ukajaniranya umugororotsi n’umubisha, ku buryo bose bacirwa urubanza rumwe+. Ntiwokwigera ukora ikintu nk’ico+! Mbega Umucamanza w’isi yose ntazokora ibigororotse+?» Zaburi 9:7, 8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ariko Yehova azoguma avyagiye ku ntebe yiwe ibihe bidahera+.Yarashimangiye intebe yiwe kugira ace imanza zigororotse+. 8 Azocira imanza ababa kw’isi* mu bugororotsi+.Azocira amahanga imanza zigororotse+.
25 Ntiwokwubahuka gukora ikintu nk’ico, ukajaniranya umugororotsi n’umubisha, ku buryo bose bacirwa urubanza rumwe+. Ntiwokwigera ukora ikintu nk’ico+! Mbega Umucamanza w’isi yose ntazokora ibigororotse+?»
7 Ariko Yehova azoguma avyagiye ku ntebe yiwe ibihe bidahera+.Yarashimangiye intebe yiwe kugira ace imanza zigororotse+. 8 Azocira imanza ababa kw’isi* mu bugororotsi+.Azocira amahanga imanza zigororotse+.