ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Yehova ampemba yisunze ubugororotsi bwanje+,

      akanyishura ivyiza kuko amaboko yanje ata kibi yakoze*+.

  • Zaburi 26:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ariko jewe nzogendera mu gutungana kwanje.

      Nundokore* kandi ungirire ubuntu.

  • Zaburi 41:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Nayo jewe, ugutungana kwanje ni kwo gutuma unshigikira+.

      Uzongumiza imbere yawe igihe cose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika