1 Samweli 16:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mugabo Yehova abwira Samweli ati: «Nturabe uko asa canke uko areha+ kubera ko ntamushimye. Kuko Imana itaraba nk’uko abantu baraba. Abantu baraba ibiboneka inyuma, mugabo Yehova we araba mu mutima+.»
7 Mugabo Yehova abwira Samweli ati: «Nturabe uko asa canke uko areha+ kubera ko ntamushimye. Kuko Imana itaraba nk’uko abantu baraba. Abantu baraba ibiboneka inyuma, mugabo Yehova we araba mu mutima+.»