Yesaya 55:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+,umunyakibi ahebe ivyiyumviro vyiwe.Nagaruke kuri Yehova, azomugirira imbabazi+,agaruke ku Mana yacu, kuko izomubabarira cane*+.
7 Umubisha nahebe inzira yiwe+,umunyakibi ahebe ivyiyumviro vyiwe.Nagaruke kuri Yehova, azomugirira imbabazi+,agaruke ku Mana yacu, kuko izomubabarira cane*+.