Ivyahishuwe 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yari afise inyenyeri indwi+ mu kuboko kwiwe kw’ukuryo, mu kanwa kiwe hariko havayo inkota ndende ikarishe y’ubugi bubiri+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo ryatse cane, rica ibibatsi+. Ivyahishuwe 19:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mu kanwa kiwe hariko havayo inkota ndende ikarishe+ kugira ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Vyongeye, ni we aganira mu ruganiro umuvinyu w’ishavu rikaze ry’Imana Mushoboravyose+.
16 Yari afise inyenyeri indwi+ mu kuboko kwiwe kw’ukuryo, mu kanwa kiwe hariko havayo inkota ndende ikarishe y’ubugi bubiri+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo ryatse cane, rica ibibatsi+.
15 Mu kanwa kiwe hariko havayo inkota ndende ikarishe+ kugira ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Vyongeye, ni we aganira mu ruganiro umuvinyu w’ishavu rikaze ry’Imana Mushoboravyose+.