ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Baca bamanika Hamani kuri ico giti yari yateguriye Morudekayi, uburake bw’umwami bubona guhwama.

  • Zaburi 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Ubwibone bw’umubisha butuma ahiga umuntu atagira gitabara+,

      ariko azogwa mu mutego kubera imigambi yiwe mibi+.

  • Zaburi 35:7, 8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Kuko banyegeje urusenga ngo ndarugwemwo bampora ubusa,

      bakimba ikinogo ngo ndakigwemwo ata co bampora.

       8 Ese ivyago vyobazako giturumbuka,

      urusenga banyegeje akaba ari bo rufata!

      Ese borugwamwo bagatikira+!

  • Zaburi 57:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Bateguye urusenga rwo gutega ibirenge vyanje+.

      Nagondamye kubera ukuremerwa n’amagorwa+.

      Bimvye ikinogo imbere yanje,

      ariko ni bo bakiguyemwo+. (Sela)

  • Imigani 26:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Uwimba ikinogo azokigwamwo,

      kandi uwutembagaza ibuye rizomugarukako+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika