Yesaya 32:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Raba! Umwami+ azoganza mu bugororotsi*+,abatware* na bo batware mu butungane*.