ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 47:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Imana ibaye Umwami w’amahanga+.

      Imana ivyagiye ku ntebe yayo nyeranda.

  • Zaburi 135:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ese Yehova yoshemezwa i Siyoni+,

      we yibera i Yeruzalemu+!

      Shemeza Yehova*+!

  • Matayo 5:34, 35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Ariko jewe ndababwiye nti: Ntimukarahire namba+. Kwaba ari ukurahira ijuru, kuko ari intebe y’ubwami y’Imana; 35 canke isi, kuko ari intebe y’ibirenge vyayo+; canke Yeruzalemu, kuko ari igisagara c’Umwami ahambaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika