Yesaya 25:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ewe Yehova, uri Imana yanje. Ndaguhaya ngashemeza izina ryawe,kuko wakoze ibintu vy’agatangaza+,ibintu wateguye* kuva kera+.Warabishikije, werekana ko uri umwizigirwa+. Abaheburayo 13:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Biciye kuri we, twame dushikanira Imana ikimazi c’ishemezo+, ni ukuvuga icamwa c’iminwa yacu+ ivuga ku mugaragaro izina ryayo+. Ivyahishuwe 15:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ewe Yehova*, ni nde atazogutinya canke atazoninahaza izina ryawe+? Kuko ari wewe wenyene uri intahemuka! Amahanga yose azoza imbere yawe agusenge+, kuko wahishuye ingingo zawe zigororotse.»
25 Ewe Yehova, uri Imana yanje. Ndaguhaya ngashemeza izina ryawe,kuko wakoze ibintu vy’agatangaza+,ibintu wateguye* kuva kera+.Warabishikije, werekana ko uri umwizigirwa+.
15 Biciye kuri we, twame dushikanira Imana ikimazi c’ishemezo+, ni ukuvuga icamwa c’iminwa yacu+ ivuga ku mugaragaro izina ryayo+.
4 Ewe Yehova*, ni nde atazogutinya canke atazoninahaza izina ryawe+? Kuko ari wewe wenyene uri intahemuka! Amahanga yose azoza imbere yawe agusenge+, kuko wahishuye ingingo zawe zigororotse.»