Zaburi 26:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kuko urukundo* rwawe rwama imbere yanje,kandi nkagendera mu kuri kwawe+. Zaburi 40:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Sinyegeza ubugororotsi bwawe mu mutima wanje. Ndatangaza ubwizigirwa bwawe n’ubukiriro utanga. Simpisha urukundo* rwawe n’ukuri kwawe mw’ishengero+ rinini.» Zaburi 63:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Iminwa yanje izokuninahaza+,kuko urukundo* rwawe ari rwiza kuruta ubuzima+.
10 Sinyegeza ubugororotsi bwawe mu mutima wanje. Ndatangaza ubwizigirwa bwawe n’ubukiriro utanga. Simpisha urukundo* rwawe n’ukuri kwawe mw’ishengero+ rinini.»