ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 12:38, 39
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 Uwundi mugwi w’abaririmba indirimbo zo gukenguruka waciye ibubamfu*. Nari inyuma yawo ndi kumwe n’ica kabiri c’abantu. Twaciye hejuru ku ruzitiro, duca ku munara w’amafuru+, turagenda gushika ahitwa uruhome rwagutse+. 39 Hanyuma duca hejuru kw’irembo rya Efurayimu+, turabandanya gushika kw’irembo ry’igisagara ca kera+. Maze turagenda duca kw’irembo ry’amafi+, ku munara wa Hananeli+, ku munara wa Meya no kw’irembo ry’intama+, duhagarara kw’irembo ry’abarinzi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika