ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mika 6:6-8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Mbega nzorengukana iki imbere ya Yehova?

      Nzokwibangikanya iki ngiye kwunama imbere y’Imana yo mw’ijuru?

      Noba nzorengukana imbere yiwe amashikanwa aturirwa uko yakabaye,

      nkarengukana inyana zimaze umwaka+?

       7 Mbega Yehova azohimbarwa n’impfizi z’intama ibihumbi,

      n’inzuzi ibihumbi mirongo z’amavuta+?

      Mbega nzotanga umuhungu wanje w’imfura ngo mbabarirwe ubugarariji bwanje,

      ntange ubura bwanje kugira mparirwe igicumuro canje+?

       8 Ewe muntu, yarakubwiye iciza ico ari co.

      None hari ikindi Yehova agusaba*?

      Ico agusaba gusa ni ugukurikiza ubutungane*+, gukunda ukudahemuka*+

      no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika