Gusubira mu vyagezwe 31:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ninamara kubashikana mu gihugu narahiye ba sokuruza babo+, igihugu gitemba amata n’ubuki+, hanyuma bakarya bagahaga kandi bakamererwa neza*+, bazokurikira izindi mana, bazikorere nanje bansuzugure barenge kw’isezerano ryanje+. Abaheburayo 8:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ntirizoba rimeze nka rya sezerano nagirana na ba sekuruza ku musi nabafata ukuboko nkabakura mu gihugu ca Misiri+. Kubera ko batagumye mw’isezerano ryanje, naciye ndeka kubitwararika”, ni ko Yehova* avuze.»
20 Ninamara kubashikana mu gihugu narahiye ba sokuruza babo+, igihugu gitemba amata n’ubuki+, hanyuma bakarya bagahaga kandi bakamererwa neza*+, bazokurikira izindi mana, bazikorere nanje bansuzugure barenge kw’isezerano ryanje+.
9 Ntirizoba rimeze nka rya sezerano nagirana na ba sekuruza ku musi nabafata ukuboko nkabakura mu gihugu ca Misiri+. Kubera ko batagumye mw’isezerano ryanje, naciye ndeka kubitwararika”, ni ko Yehova* avuze.»