Yesaya 5:22, 23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Baragowe abantu b’ibihangange mu kunywa umuvinyu,na ba karuhariwe mu vyo kuvanga inzoga+,23 n’abarya igiturire bakarekura umubisha+,umugororotsi bakanka kumutunganiriza+.
22 Baragowe abantu b’ibihangange mu kunywa umuvinyu,na ba karuhariwe mu vyo kuvanga inzoga+,23 n’abarya igiturire bakarekura umubisha+,umugororotsi bakanka kumutunganiriza+.