ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 2:2, 3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Ku vyerekeye agatwengo, navuze nti: «Ni ubusazi!»,

      ku binezereza* na ho mvuga nti: «Bimaze iki?»

      3 Nararondeye kumenya iciza kiri mu kunywa inzoga+, ariko ntarinze gutakaza ubwenge* bwanje. Naracokeye no mu bintu vy’ubupfu, kugira menye iciza abantu bokora mu misi mikeyi babaho munsi y’ijuru.

  • Umusiguzi 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Naciye mpindukira nshira umutima ku bukerebutsi, ku busazi no ku bujuju+. (None umuntu azoza inyuma y’umwami azokora iki? Nta kindi atari ivyamaze gukorwa.)

  • Umusiguzi 7:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Narafashe ingingo yo kumenya, gusuzuma no kurondera ubukerebutsi hamwe n’igituma ibintu biri uko biri. Nararondeye kandi gutahura ikibi kiri mu bikorwa vy’ubujuju be n’ubupfu buri mu bikorwa vy’ubusazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika