1 Abami 7:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Salomo yubaka inzu* yiwe, ayirangiza mu myaka 13+. 1 Abami 7:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ikirimba ciwe cari cubatse mu kindi kigo+, hirya y’ingoro yaciramwo imanza* kandi vyari vyubatse kumwe. Salomo yubaka n’iyindi nzu imeze nk’iyo ngoro, ayubakira umukobwa wa Farawo yari yaratwaye+.
8 Ikirimba ciwe cari cubatse mu kindi kigo+, hirya y’ingoro yaciramwo imanza* kandi vyari vyubatse kumwe. Salomo yubaka n’iyindi nzu imeze nk’iyo ngoro, ayubakira umukobwa wa Farawo yari yaratwaye+.