Imigani 13:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Umunyabwenge akorana ubumenyi+,ariko ikijuju gishira ahabona ubujuju bwaco+. Imigani 18:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Akanwa k’ikijuju kagikwegera guhona+,kandi iminwa yaco ni umutego ku buzima bwaco.