ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 64:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Nunkize imigambi yihishije y’ababisha+,

      unkize isinzi ry’abantu b’inkozi z’ikibi.

  • Zaburi 64:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Ururimi rwabo ni rwo ruzotuma batemba+,

      kandi ababibonye bose bazozunza umutwe.

  • Imigani 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Abanyabwenge* bazigama ubumenyi+,

      ariko akanwa k’ibipfu kikwegera ivyago+.

  • Imigani 10:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Iminwa y’umugororotsi igaburira* benshi+,

      ariko ibipfu vyicwa n’ukubura ubwenge+.

  • Imigani 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Amajambo y’ubwibone ikijuju kivuga ameze nk’inkoni,

      ariko akanwa k’abanyabwenge karabakingira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika