13 Nimwumve rero mwebwe muvuga ngo: «Uno musi canke ejo tuzoja mu gisagara kanaka, tumareyo umwaka, kandi tuzocuruza turonke inyungu+», 14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzoba bumeze ejo+. Erega muri igipfungu kiboneka akanya gato kigaca kizimangana+.