-
2 Ngoma 13:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Maze abagabo batagira ico bakora kandi b’imburakimazi batangura kuza baramwiyungako, barahava banesha Rehobowamu mwene Salomo. Ico gihe Rehobowamu yari akiri muto, ataragira umutima rugabo. Ntiyashoboye guhangana na bo.
-