1 Abami 9:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Hiramu yarungikiye umwami italanto* z’inzahabu+ 120. 1 Abami 9:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Baraja i Ofiri+, bakagaruka bazaniye umwami Salomo italanto 420 z’inzahabu. 1 Abami 10:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Maze aha umwami italanto* 120 z’inzahabu n’amavuta amota neza*+ menshi cane n’amabuye y’agaciro+. Nta wundi yongeye kuzana amavuta nk’ayo angana n’ayo umwamikazi w’i Sheba yahaye umwami Salomo. 2 Ngoma 1:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Umwami Salomo yatumye ifeza n’inzahabu bigwira nk’amabuye+ i Yeruzalemu, ibiti vy’amasederi na vyo bigwira nk’ibiti vy’imisukomora vyo mu karere ka Shefela+.
10 Maze aha umwami italanto* 120 z’inzahabu n’amavuta amota neza*+ menshi cane n’amabuye y’agaciro+. Nta wundi yongeye kuzana amavuta nk’ayo angana n’ayo umwamikazi w’i Sheba yahaye umwami Salomo.
15 Umwami Salomo yatumye ifeza n’inzahabu bigwira nk’amabuye+ i Yeruzalemu, ibiti vy’amasederi na vyo bigwira nk’ibiti vy’imisukomora vyo mu karere ka Shefela+.