Zaburi 37:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Umubisha aragurana ariko ntiyishure,mugabo umugororotsi aratanga cane* kandi akagira impuhwe+. Luka 6:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Mugire akamenyero ko gutanga, namwe bazobaha+. Bazobasukira mu mpuzu* zanyu ingero yuzuye, itsindagiye, inyingishe kandi isesekaye. Ingero mupimisha ni yo namwe bazobapimirako.» 2 Abakorinto 9:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umwe wese nagire nk’uko yavyiyemeje mu mutima wiwe, ntabigirane umwikomo* canke agoberewe+, kuko Imana ikunda uwutanga anezerewe+. 1 Timoteyo 6:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ubabwire gukora iciza, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza, kuba abantu batanga cane, biteguriye gusangira n’abandi+.
38 Mugire akamenyero ko gutanga, namwe bazobaha+. Bazobasukira mu mpuzu* zanyu ingero yuzuye, itsindagiye, inyingishe kandi isesekaye. Ingero mupimisha ni yo namwe bazobapimirako.»
7 Umwe wese nagire nk’uko yavyiyemeje mu mutima wiwe, ntabigirane umwikomo* canke agoberewe+, kuko Imana ikunda uwutanga anezerewe+.
18 Ubabwire gukora iciza, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza, kuba abantu batanga cane, biteguriye gusangira n’abandi+.