ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 26:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Erega utwo ni udusunwa gusa tw’inzira zayo+!

      Ivyo tumaze kwumva ku biyerekeye ni utwongoshwe gusa!

      Ni nde none yotahura umuturagaro wayo ukomeye+?»

  • Zaburi 40:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Ewe Yehova Mana yanje,

      ese ukuntu wakoze ibintu vyinshi cane!

      Ibikorwa vyawe biratangaje kandi ivyiyumviro udufiseko ni vyiza+.

      Nta wogereranywa nawe+.

      Hamwe nogerageza kubivuga no kubiyaga,

      ni vyinshi ku buryo ntoshobora kubidondagura+.

  • Umusiguzi 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Narihweje ibikorwa vyose Imana y’ukuri yakoze, nsanga abantu ntibashobora gutahura ibibera munsi y’izuba+. Naho bogerageza gute, ntibashobora kubitahura. Naho bokwibwira ko bafise ubwenge buhagije kugira babimenye, ntibashobora kubitahura vy’ukuri+.

  • Abaroma 11:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Ewe kuntu Imana itanga cane*! Ewe kuntu ubukerebutsi bwayo n’ubumenyi bwayo vyimbitse! Ese ukuntu imanza zayo zisiga ubwenge n’ukuntu inzira zayo zirengeye ugutahura!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika