ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Naciye nibwira mu mutima nti: «Imana y’ukuri izocira urubanza umugororotsi n’umubisha+, kuko ikintu cose n’igikorwa cose gifise umwanya waco.»

  • Umusiguzi 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Kuko Imana y’ukuri izocira urubanza abantu ku bintu vyose bakora, harimwo ibintu vyose vyanyegejwe, kugira imenye ko ari vyiza canke bibi+.

  • Abaroma 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Kandi izokwishura umwe wese ibihuye n’ivyo akora+:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika