Yesaya 3:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Abantu bawe bazokwicishwa inkota,abagabo b’intwari bagwe ku rugamba+.