Kuvayo 32:32, 33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ubu rero nimba bishoboka, ndakwinginze ubaharire igicumuro cabo+. Atari ukwo, ndagusavye umpanagure mu gitabu cawe+.» 33 Ariko Yehova amwishura ati: «Uwancumuyeko ni we nzohanagura mu gitabu canje.
32 Ubu rero nimba bishoboka, ndakwinginze ubaharire igicumuro cabo+. Atari ukwo, ndagusavye umpanagure mu gitabu cawe+.» 33 Ariko Yehova amwishura ati: «Uwancumuyeko ni we nzohanagura mu gitabu canje.