-
Yesaya 47:1Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
Icara hasi ahatagira intebe y’ubwami+,
ewe mukobwa w’Abakaludaya,
kubera ko batazokwongera kuvuga ko wamikaye canke ko ufashwe neza.
-
Icara hasi ahatagira intebe y’ubwami+,
ewe mukobwa w’Abakaludaya,
kubera ko batazokwongera kuvuga ko wamikaye canke ko ufashwe neza.