ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 25:18-21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Wa mukuru w’abacungera umwami afata na Seraya+ umukuru w’abaherezi be n’umuherezi Zefaniya+, akaba yari icegera ciwe. Afata n’abarinzi b’imiryango batatu+. 19 Afata umukozi wo ku kirimba yagaba abasoda amukuye mu gisagara, ahafatira n’abagabo batanu b’abishikira ku mwami. Afata n’umunyamabanga w’umukuru w’ingabo, ari na we yatumako abinjira mu gisoda. Afata n’abagabo 60 bo mu banyagihugu batobato bari bakiri mu gisagara. 20 Abo bose Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera umwami arabafata abajana i Ribula ku mwami wa Babiloni+. 21 Maze umwami wa Babiloni abicira aho i Ribula mu karere ka Hamati+. Ukwo ni ko ababa mu Buyuda bavuye mu gihugu cabo, bajanwa mu bunyagano+.

  • Zaburi 137:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Ewe gisagara ca Babiloni*, wewe ugiye gutikizwa+,

      hahiriwe umuntu azoguhemba

      akagukorera nk’ivyo watugiriye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika