ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 5:22, 23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ariko wewe Belushazari umuhungu wiwe, naho ivyo vyose wabimenye, ntiwicishije bugufi. 23 Ahubwo warirase ku Mukama wo mw’ijuru+, utumako ibikoresho vyo mu nzu yiwe+. Maze wewe n’abanyacubahiro bawe, incoreke zawe n’abagore bawe batoyi munywera umuvinyu muri vyo, muraheza mushemeza imana z’inzahabu n’iz’ifeza, iz’umujumpu n’iz’icuma, iz’ibiti n’iz’amabuye, imana ata co zishobora kubona canke kwumva, kandi ata co zizi+. Ntiwaninahaje ya Mana ifise ububasha ku buzima bwawe+ no ku vyo ukora vyose*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika