Ivyahishuwe 18:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Bazohagarara kure kubera batinya ukubabazwa kwiwe, bavuge bati: “Birababaje, birababaje kubona urubanza rwawe, wewe Babiloni igisagara kinini kandi gikomeye+, rushika mw’isaha imwe!”
10 Bazohagarara kure kubera batinya ukubabazwa kwiwe, bavuge bati: “Birababaje, birababaje kubona urubanza rwawe, wewe Babiloni igisagara kinini kandi gikomeye+, rushika mw’isaha imwe!”