ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 35:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Ubugaragwa n’igihugu kigadutse bizokwigina+,

      kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’amashurwe yitwa habaseleti+.

  • Yesaya 41:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Nzotuma inzuzi zitemba ku mirambi igaragara+,

      n’amasoko y’amazi atembe mu biyaya+.

      Ubugaragwa nzobugira ikidengeri c’amazi cuzuyeko amarenga,

      igihugu kigadutse na co gisigare kirimwo amasoko y’amazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika