Yesaya 60:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuko amazinga azonyizigira+.Amato* y’i Tarushishi ni yo ari imbere*,kugira ngo azane abana bawe abakuye kure+.Baje bazanye ifeza zabo n’inzahabu zaboku bw’izina rya Yehova Imana yawe no ku bw’Umweranda wa Isirayeli,kuko azogutera iteka*+.
9 Kuko amazinga azonyizigira+.Amato* y’i Tarushishi ni yo ari imbere*,kugira ngo azane abana bawe abakuye kure+.Baje bazanye ifeza zabo n’inzahabu zaboku bw’izina rya Yehova Imana yawe no ku bw’Umweranda wa Isirayeli,kuko azogutera iteka*+.