Yesaya 50:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Raba! Umukama Segaba Yehova azontabara. Ni nde yovuga ko nagirwa n’icaha? Raba! Bose bazoshira nk’impuzu. Agakoko* kazobarya kabamare.
9 Raba! Umukama Segaba Yehova azontabara. Ni nde yovuga ko nagirwa n’icaha? Raba! Bose bazoshira nk’impuzu. Agakoko* kazobarya kabamare.