ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 35:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Hazoba ibarabara rikuru*+,

      inzira yitwa inzira y’ubweranda.

      Uwuhumanye ntazoyicamwo+.

      Izocamwo gusa abemerewe kuyigenderamwo.

      Nta gipfu kizoyihonyozamwo ikirenge.

  • Yesaya 60:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Abantu bawe bose bazoba abagororotsi.

      Bazokwigarurira igihugu ibihe vyose.

      Ni bo munago nitereye,

      igikorwa amaboko yanje yakoze+, kugira ngo ninahazwe+.

  • Ivyahishuwe 21:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Mugabo umuntu wese ahumanye kandi akora ibintu bishisha akongera akabesha, ntazogenda acinjiyemwo+. Abanditswe mu muzingo w’ubuzima wa wa Mwagazi w’intama ni bo bonyene bazocinjiramwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika