2 Abakorinto 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 «“Nimuve muri bo rero, kandi mwitandukanye na bo”, ni ko Yehova* avuze, “kandi mureke gukora ku kintu gihumanye+”», «“nanje nzobakira+.”» Ivyahishuwe 18:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nca numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: «Nimuve iwe bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe no gushikirwa n’ivyago bigira bimushikire+!
17 «“Nimuve muri bo rero, kandi mwitandukanye na bo”, ni ko Yehova* avuze, “kandi mureke gukora ku kintu gihumanye+”», «“nanje nzobakira+.”»
4 Nca numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: «Nimuve iwe bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe no gushikirwa n’ivyago bigira bimushikire+!